#nserukira
Explore tagged Tumblr posts
Text
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w' abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w' Uburundi mu bigeme bari musi y' imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k' ubusa hari...
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari…
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme U20 batsinze Namibia. Umurwi nserukira gihugu w’ Uburundi mu bigeme bari musi y’ imyaka 20, bahejeje gutsinda umurwi nserukira gihugu wa Namibia U20 ku bitsindo bibiri vyose k’ ubusa hari mu rukino rwo gusubiriza rwabereye muri Africa y’ epfo mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino z’ igikombe c’ isi kizobera muri Costa Rica🇨🇷 2022.…
View On WordPress
#abigeme#bahejeje#bari#batsinze#bibiri#bigeme#bitsindo#Burundi#Football#gihugu#gutsinda#Hari#imyaka#musi#Namibia#nserukira#PérèsNIBIGIRA#RadioMagaraTimesFM#U20#Uburundi#ubusa#umurwi#vyose
0 notes
Text
BURUNDI U-20: Réverien NDIKURIYO yatanze insiguro impamvu intamba mu rugamba U-20 batakiriwe uko vyari bitegekanijwe muri Sudan.
BURUNDI U-20: Réverien NDIKURIYO yatanze insiguro impamvu intamba mu rugamba U-20 batakiriwe uko vyari bitegekanijwe muri Sudan.
Intamba mu rugamba abatarenza imyaka 20 i Khartoum Imyuma yaho hagaragariye amafoto yerekana umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba za batarenza imyaka 20 baryamye hasi ku kibuga c’indege i Kharthoum mu gihugu ca Sudan aho baribashitse mu masaha y’ijoro nka 02h hari kuruyu wa gatatu ivyo vyarateye agahinda abasanze bakunda uyo mugwi bivanye nuko gufatwa nabi ku ntamba aho bamaze amasaha 7…
View On WordPress
1 note
·
View note
Text
Rumonge: Intererano itavuna yo gufata mu mugongo umurwi nserukira ntara w' umupira w' amaguru Nk' uko biri mw' itangazo inomero 531.015/13/2021 ryo kuri uyu wa 08 Gitugutu 2021, #ConsolateurNITUNGA Buramatari w' intara ya Rumonge amenyesha...
Rumonge: Intererano itavuna yo gufata mu mugongo umurwi nserukira ntara w’ umupira w’ amaguru Nk’ uko biri mw’ itangazo inomero 531.015/13/2021 ryo kuri uyu wa 08 Gitugutu 2021, #ConsolateurNITUNGA Buramatari w’ intara ya Rumonge amenyesha…
Rumonge: Intererano itavuna yo gufata mu mugongo umurwi nserukira ntara w’ umupira w’ amaguru ⚽ Nk’ uko biri mw’ itangazo inomero 531.015/13/2021 ryo kuri uyu wa 08 Gitugutu 2021, #ConsolateurNITUNGA Buramatari w’ intara ya Rumonge amenyesha abenegihugu bose bo mu ntara arongoye, abahaba na cane cane abaharangurira imirimo ko hashinzwe intererano itavuna yo gushigikira umurwi w’ umupira w’…
View On WordPress
#amaguru#amenyesha#biri#Buramatari#CentreMessagerRumonge#ConsolateurNITUNGA#Gitugutu#gufata#inomero#intara#Intererano#itangazo#itavuna#Kuri#mugongo#nserukira#ntara#PérèsNIBIGIRA#RadioMagaraTimesFM#Rumonge#ryo#Uko#umupira#umurwi#uyu
0 notes
Text
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w' abigeme(Senior) waraye utahukanye amanota atatu. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Gitugutu 2021, umurwi nserukira gihugu w' abakuze ku ruhande rw' abigeme(Abarundikazi) batsinze ibitsindo 5...
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme(Senior) waraye utahukanye amanota atatu. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Gitugutu 2021, umurwi nserukira gihugu w’ abakuze ku ruhande rw’ abigeme(Abarundikazi) batsinze ibitsindo 5…
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme(Senior) waraye utahukanye amanota atatu. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 20 Gitugutu 2021, umurwi nserukira gihugu w’ abakuze ku ruhande rw’ abigeme(Abarundikazi) batsinze ibitsindo 5 k’ ubusa bw’ umurwi nserukira gihugu w’ abigeme w’ igihugu ca Erithrea mu nkino zo kurondera itike yo kuzokina #CAN 2022 izobera muri Maroc. FT: Erithrea 0-5…
View On WordPress
#abakuze#abigemeAbarundikazi#abigemeSenior#amanota#atatu#batsinze#Burundi#CAN#Football#Gatatu#gihugu#Gitugutu#ibitsindo#igenekerezo#Kuri#nserukira#PérèsNIBIGIRA#RadioMagaraTimesFM#ruhande#rya#umurwi#utahukanye#uyu#waraye
0 notes
Text
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w' abigeme( Senior) wasezereye umurwi nserukira gihugu wa Erithrea. Urukino rwo gusubiriza mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino za #CAN2022 zizobera muri Maroc mu kwezi kw' indwi, umurw...
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme( Senior) wasezereye umurwi nserukira gihugu wa Erithrea. Urukino rwo gusubiriza mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino za #CAN2022 zizobera muri Maroc mu kwezi kw’ indwi, umurw…
Burundi Football: Umurwi nserukira gihugu w’ abigeme( Senior) wasezereye umurwi nserukira gihugu wa Erithrea. Urukino rwo gusubiriza mu ntumbero yo kurondera itike yo kuzokina inkino za #CAN2022 zizobera muri Maroc🇲🇦 mu kwezi kw’ indwi, umurwi nserukira gihugu w’ abigeme ku ruhande rw’ abakuze watsinze igitsindo kimwe k’ ubusa bwa Erithrea m’ urukino rwabereye mu gisagara ca Ngozi kuri uyu wa…
View On WordPress
#abigeme#Burundi#CAN2022#Erithrea#Football#gihugu#gusubiriza#indwi#Inkino#itike#kurondera#kuzokina#kwezi#Maroc#muri#nserukira#ntumbero#PérèsNIBIGIRA#RadioMagaraTimesFM#rwo#Senior#umurw#umurwi#urukino#wasezereye#zizobera
0 notes
Text
#RMT: #JimmyNdayizeye niwe yagenywe mu kibanza c' umumenyereza mukuru m' umurwi nserukira gihugu #IntambamuRugamba mu kino zibiri u #Burundi b... - #RMTUpDates
#RMT: #JimmyNdayizeye niwe yagenywe mu kibanza c’ umumenyereza mukuru m’ umurwi nserukira gihugu #IntambamuRugamba mu kino zibiri u #Burundi b… – #RMTUpDates
#JimmyNdayizeye niwe yagenywe mu kibanza c’ umumenyereza mukuru m’ umurwi nserukira gihugu #IntambamuRugamba mu kino zibiri u #Burundi🇧🇮 bwimirije gukina na #Mauritania🇲🇷 muri kuno kwezi kwa Munyongo 2020#PérèsNIBIGIRA Source
View On WordPress
#Burundi#gihugu#IntambamuRugamba#JimmyNdayizeye#kibanza#kino#Mauritania#mukuru#niwe#nserukira#PérèsNIBIGIRA#RMT#RMTUpDates#Umumenyereza#umurwi#yagenywe#zibiri
0 notes
Text
#RMT: Hagati ya #Ronaldinho na #Ronaldo n' inde yakinye umupira w' amaguru birashimwa cane gusumvya uwundi m' umurwi nserukira gihugu wa canke m... - #RMTUpDates
#RMT: Hagati ya #Ronaldinho na #Ronaldo n’ inde yakinye umupira w’ amaguru birashimwa cane gusumvya uwundi m’ umurwi nserukira gihugu wa canke m… – #RMTUpDates
Hagati ya #Ronaldinho na #Ronaldo n’ inde yakinye umupira w’ amaguru birashimwa cane gusumvya uwundi m’ umurwi nserukira gihugu wa 🇧🇷 canke mu mirwi bagiye barakinamwo? Uwakunzwe cane gusumvya uwundi n’ abakunzi b’ inkino kw’ isi n’ inde?#PérèsNIBIGIRA Source
View On WordPress
#amaguru#birashimwa#cane#canke#gihugu#gusumvya#hagati#inde#nserukira#PérèsNIBIGIRA#RMT#RMTUpDates#Ronaldinho#Ronaldo#umupira#umurwi#uwundi#yakinye
0 notes
Text
#RMT: SaidoNtibazonkiza umusatirizi w' umurwi nserukira gihugu #IntambamuRugamba yaraye atahukanye igikombe ca mbere #MapinduziCup2020_2021 ari m... - #RMTUpDates
#RMT: SaidoNtibazonkiza umusatirizi w’ umurwi nserukira gihugu #IntambamuRugamba yaraye atahukanye igikombe ca mbere #MapinduziCup2020_2021 ari m… – #RMTUpDates
SaidoNtibazonkiza🇧🇮 umusatirizi w’ umurwi nserukira gihugu #IntambamuRugamba yaraye atahukanye igikombe ca mbere #MapinduziCup2020_2021 ari muri #YoungAfricansSC🇹🇿. Gira aka jambo uvuze kuri #Antibiotics.#PérèsNIBIGIRA Source
View On WordPress
#Antibiotics#ari#atahukanye#gihugu#igikombe#IntambamuRugamba#MapinduziCup2020_2021#MapinduziCup20202021#mbere#nserukira#PérèsNIBIGIRA#RMT#RMTUpDates#SaidoNTIBAZONKIZA#umurwi#umusatirizi#yaraye#YoungAfricansSC
0 notes
Text
Brésil: Neymar Junior azosezera gukinira igihigu ciwe inyuma y' inkino z' igikombe c' isi Qatar 2022. Nk' uko Bivugwa n' umusatirizi wa PSG akaba n' umusatirizi wa Brésil #NeymarJunior, uyu mukinyi avuga kw' inkino z' igikombe c' isi zizobe...
Brésil: Neymar Junior azosezera gukinira igihigu ciwe inyuma y’ inkino z’ igikombe c’ isi Qatar 2022. Nk’ uko Bivugwa n’ umusatirizi wa PSG akaba n’ umusatirizi wa Brésil #NeymarJunior, uyu mukinyi avuga kw’ inkino z’ igikombe c’ isi zizobe…
Brésil: Neymar Junior azosezera gukinira igihigu ciwe inyuma y’ inkino z’ igikombe c’ isi Qatar 2022. Nk’ uko Bivugwa n’ umusatirizi wa PSG akaba n’ umusatirizi wa Brésil #NeymarJunior, uyu mukinyi avuga kw’ inkino z’ igikombe c’ isi zizobera muri Qatar 2022 zirangiye ko nawe azoca asezera gukinira umurwi nserukira gihugu wa Brésil. Neymar Junior mu mwaka uza(2022) azoba afise imyaka 30. MN:…
View On WordPress
#akaba#avuga#azosezera#Bivugwa#Brésil#ciwe#gukinira#igihigu#igikombe#Inkino#inyuma#isi#Junior#mukinyi#Neymar#NeymarJunior#PérèsNIBIGIRA#PSG#Qatar#RadioMagaraTimesFM#Uko#umusatirizi#uyu#zizobe
0 notes
Text
Rumonge: Guhagarika ingingo zari zafashwe na Buramatari zo gufata mu mugongo umurwi w' umupira w' amaguru nserukira ntara Nk' uko vyari mw' itangazo inomero 531.015/13.2021 ryo kuwa 08 Gitugutu 2021 ryavugamwo ibijanye no gufata mu mungo u...
Rumonge: Guhagarika ingingo zari zafashwe na Buramatari zo gufata mu mugongo umurwi w’ umupira w’ amaguru nserukira ntara Nk’ uko vyari mw’ itangazo inomero 531.015/13.2021 ryo kuwa 08 Gitugutu 2021 ryavugamwo ibijanye no gufata mu mungo u…
Rumonge: Guhagarika ingingo zari zafashwe na Buramatari zo gufata mu mugongo umurwi w’ umupira w’ amaguru nserukira ntara ⚽ Nk’ uko vyari mw’ itangazo inomero 531.015/13.2021 ryo kuwa 08 Gitugutu 2021 ryavugamwo ibijanye no gufata mu mungo umurwi nserukira ntara ku bantu basanzwe baba n’ abarangurira imirimo itandukanye mu ntara ya Rumonge, #ConsolateurNITUNGA Buramatari w’ iyo ntara amenyesha…
View On WordPress
0 notes
Text
#RMT: #CECAFAChallengeCupU20/AFCONU20 Qualifiers Tanzania mercredi, le 02 Novembre 2020.... - #RMTUpDates
#RMT: #CECAFAChallengeCupU20/AFCONU20 Qualifiers Tanzania mercredi, le 02 Novembre 2020…. – #RMTUpDates
#CECAFAChallengeCupU20/AFCONU20 Qualifiers Tanzania🇹🇿 mercredi, le 02 Novembre 2020. 3rd Place Winner FT: Kenya🇰🇪 1-2 Sud Sudan🇸🇸 Goals: Philip Biajo 2'🇸🇸 Nicolas Ochieng 10'🇰🇪 Nelson Elia 40'🇸🇸 MN: Finale ni m' umwanya hagati ya Tanzania🇹🇿 & Ouganda🇺🇬 Sudan y' epfo🇸🇸 yarateye imbere cane m' umupira w' amaguru haba ku bato no kubakuze. Ibi tubivuze twisunze uko umurwi nserukira gihugu w' ico…
View On WordPress
#CECAFAChallengeCupU20#CECAFAChallengeCupU20AFCONU20#Mercredi#Novembre#PérèsNIBIGIRA#Qualifiers#RMT#RMTUpDates#Tanzania
0 notes
Text
#CECAFAU17.Uburundi bwemeye gutsindirwa muhira na Kenya.
#CECAFAU17.Uburundi bwemeye gutsindirwa muhira na Kenya.
Inkino zi gikombe ca Cecafa gihuza imigwi nserukira bihugu vyo mukarere ka afurika y’ubuseseruko kubakinyi batarenza imyaka cumi n’indwi (17) zatanguye kuruyu wa gatandatu mu ntara ya Muyinga ku kibuga Umuco. Murukino rwo kwugurura izo nkino ziriko zibera mu gihugu c’uburundi, Intamba mu rugamba yemeye gutsindirwa muhira iwabo n’igihugu ca Kenya ibitsindo bine ku busa…
View On WordPress
1 note
·
View note
Text
#Burundi #Tanzania #BreakingNesws: Umurundi yahawe amabanga yo kumenyereza umurwi nserukiragihugu wa Tanzania.
#Burundi #Tanzania #BreakingNesws: Umurundi yahawe amabanga yo kumenyereza umurwi nserukiragihugu wa Tanzania.
Umumenyereza w’umurundi Etienne Ndayiragije asanzwe amenyereza umurwi wa Azam FC wo mu gihugu ca Tanzania yahawe amabanga yo kumenyereza umurwi nserukira gihugu wa Tanzania Taïfa Stars ivyimfata kibanza, inyuma yoho utandukaniye nuwahora awumenyereza n’umunya Nigeria Emmanuel Amunike, inyuma yaho usezerewe ata nota na rimwe uronse mugikombe ca CAN 2019 kiriko kibera mugihugu ca Misiri.
Etie…
View On WordPress
0 notes
Text
#Burundi #Tunisie #Football : Urutonde rw'abakinyi bashobora gutanguzwa mukibuga kuruhande rw'Intamba Murugamba.
#Burundi #Tunisie #Football : Urutonde rw’abakinyi bashobora gutanguzwa mukibuga kuruhande rw’Intamba Murugamba.
Murukino rwa kivandimwe rutegekanijwe kuri uyu wa mbere hariya i Rades mugihugu ca Tunisie isaha 20h15 amasaha y’i Burundi hagati y’umurwi nserukira gihugu w’Uburundi, Intamba Murugamba hamwe numurwi nserukira gihugu wa Tinisie (Les Aigles du Carthage). Uru nirwo rutonde rw’abakinyi bashobora gutanguzwa kuruhande rw’Intamba Murugamba:
1.Justin Ndikumana
2.Moussa Omar
3.Christophe…
View On WordPress
0 notes
Photo
#Burundi #Football: Alain Olivier Niyungeko ntiyashimishijwe ningene abakinyi biwe bakinye. Murukino rwa kivandimwe rwahujije umurwi nserukira gihugu w'Uburundi, Intamba Murugamba watsinze (2-1) umurwi wa Aigle Noir w'i Makamba hari kuri uyu wa gatanu kukibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.
0 notes
Text
#Afrika: Burundi U-20 Murutonde rw’Ibihugu Bizokwitabira Jeux Africains Muri Maroc.
#Afrika: Burundi U-20 Murutonde rw’Ibihugu Bizokwitabira Jeux Africains Muri Maroc.
Imirwi nserukira bihugu y’itabiriye igikombe c’Afrika kubatarenza imyaka mirongo ibiri (CAN U-20) giherutse kubera mugihugu ca Niger harimwo n’igihugu c’Uburundi niyo izokwitabira ihiganwa ny’Afrika muri 2019 (Jeux Africains) rizobera mugihugu ca Maroc kw’igenekerezo rya 19 gushika 31 Nyandagaro uyu mwaka nyene.
Iyo ngingo ikaba yafashwe n’Ishirahamwe ry’umupira wa maguru muri Afrika CAF. Izo…
View On WordPress
0 notes