#yatowe
Explore tagged Tumblr posts
Text
#RMT: #Uganda: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka it... - #RMTUpDates
#RMT: #Uganda: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka it… – #RMTUpDates
#Uganda🇺🇬: Umukuru w' igihugu ca Uganda #YoweliKagutaMuseveni niwe yatowe kubandanya atwara ico gihugu mu kindi kiringo c' imyaka itanu(5) iri imbere aho yatowe ku majwi 59% mu gihe uwo batavuga rumwe ari nawe benshi baha amahirwe muri ico kibanza co kurongora Uganda #RobertKyagulanyu(Bobi Wine) yatowe ku majwi 35%. Akanama gashinzwe gutunganya amatora gasaba leta ya Uganda kwongera kureka…
View On WordPress
#atwara#BobiWine#c039#gihugu#ico#igihugu#imyaka#Internet#kindi#kiringo#kubandanya#niwe#PérèsNIBIGIRA#RMT#RMTUpDates#RobertKyagulanyu#Uganda#Umukuru#w039#yatowe#YoweliKagutaMuseveni
0 notes
Text
Minisitiri w’Intebe w’u Bwongereza yeguye nyuma y’iminsi 45 ku butegetsi
Minisitiri w’Intebe w’u Bwongereza yeguye nyuma y’iminsi 45 ku butegetsi
Minisitiri w’Intebe w’u Bwongereza, Liz Truss, yeguye nyuma y’iminsi 45 ari kuri uwo mwanya. Abadepite bo mu ishyaka ry’aba-Conservateurs Truss aturukamo bamusabye kwegura nyuma y’uko benshi mu baminisitiri bagize Guverinoma ye bari bamaze iminsi begura, kubera kutumvikana kuri gahunda z’ubukungu. Muri Nzeri uyu mwaka nibwo Truss yatowe nka Minisitiri w’Intebe w’u Bwongereza, asimbura Boris…
View On WordPress
0 notes
Text
Rutahizamu Cristiano Ronaldo yatowe nk’umukinnyi w’ikinyejana (Amafoto)
Rutahizamu Cristiano Ronaldo yatowe nk’umukinnyi w’ikinyejana (Amafoto)
Rutahizamu ukinira Juventus, Umunya-Portugal Cristiano Ronaldo, yahawe igihembo cy’umukinnyi mwiza w’ikinyejana cyatanzwe na Globe Soccer Awards ku Cyumweru tariki ya 27 Ukuboza 2020. Muri uyu muhango wabereye i Dubai mu nyubako ndende ku Isi ya Burj Khalifa, ukitabirwa na Perezida wa FIFA, Gianni Infantino, Ronaldo yari yaherekejwe n’abarimo umukunzi we Georgina Rodriguez. Ronaldo yatowe…
View On WordPress
0 notes
Link
0 notes
Photo
Muraho neza, Nshigikira kuri MNI kumafaranga 50 FRW gusa uraba ugize uruhare mu iterambere rya Muzika yanjye binongere amahirwe yo gutsindira igihembo cy'indirimbo yatowe cyane. Kanda hano. https://www.mni.rw/VoteNow?id=329. CopiA iyo link cg usure mni.rw mutore chris kruz ⓛⓘⓕⓔ ⓞⓕ ⓐ ⓙⓤⓝⓚⓘⓔ @mniselection #chriskruz #lifeofajunkie #voteme (at Kigali, Rwanda) https://www.instagram.com/p/B90FEbEgrDt/?igshid=elyqnsltccup
0 notes
Text
MNI na RALC bagiye gutangira guhemba indirimbo yatowe n’abanyarwanda benshi buri mezi 3
MNI na RALC bagiye gutangira guhemba indirimbo yatowe n’abanyarwanda benshi buri mezi 3
Mu gitondo cyo kuri uyu wa mbere tariki ya 07 Ukwakira 2019 mu cyumba cy’inama y’Inteko Nyarwanda y’Umuco n’ururimi n’Umuco habereye ikiganiro cyahuje abanyamakuru n’abategura igikorwa cya Muzika Nyarwanda Ipande .
Icyo kiganiro kitabiriwe n’abanyamakuru bafite aho bahuririra n’imyidagaduro cyari kigamije gusobanuro uko umuhanzi wese ukorera umuziki mu Rwanda agiye guhabwa…
View On WordPress
0 notes
Photo
Pogba yatowe nk'umukinnyi w'irushanwa muri #europaleague 2016/17. #RwOT #Rwanda #kigali
0 notes
Photo
Fishing Tackle Box with 2 pcs Fishing Lure Baits, Yatow Waterproof ABS Fishing Box Hook 12 Compartments Storage Case (Large)
https://fishingrodsreelsandgear.com/product/fishing-tackle-box-with-2-pcs-fishing-lure-baits-yatow-waterproof-abs-fishing-box-hook-12-compartments-storage-case-large/
Box Size: Approx. 7.87×4.33x2inch/20x11x5cm. Material: ABS Plastic. Waterproof, perfect for storing swivels, hooks, lures, etc.Portable design,Light weight, convenient to carry.
0 notes
Text
Kigali yatowe mu hantu 50 ku isi hakwiye gusurwa mu 2022 (Amafoto)
Kigali yatowe mu hantu 50 ku isi hakwiye gusurwa mu 2022 (Amafoto)
Umujyi wa Kigali waje ku rutonde rw’ahantu 50 heza hakwiye gusurwa mu mwaka wa 2022, kubera gahunda zitandukanye uyu mujyi washyizeho mu koroshya ubuzima bw’abawutuye ndetse n’abawugenda. Ni urutonde rwakozwe n’ikinyamakuru TIME cyo muri Leta Zunwe Ubumwe za Amerika, hagendewe ku makuru yatanzwe n’abantu batandukanye, hitawe cyane ku mijyi muri iki gihe irimo gutanga ibintu bishya kandi…
View On WordPress
0 notes
Text
Lionel Messi yakoze amateka yegukana Ballon d'Or ya 7
Lionel Messi yakoze amateka yegukana Ballon d’Or ya 7
Lionel Messi ukinira PSG ni we watowe nk’umukinnyi mwiza w’umwaka ku Isi atsinze Robert Lewandowski. Igihembo ngarukamwaka cya Ballon d’Or yo muri uyu mwaka gitangwa na France Football cyahawe Lionel Messi wafashije ikipe y’igihugu cye cya Argentina kwegukana Copa America. Yatowe nk’umukinnyi mwiza w’umwaka w’imikino 2020-21 aho atsinze Robert Lewandowski bari bahanganye. Messi yari yabucyereye…
View On WordPress
0 notes
Text
Kenye: Justin Ndikumana Umunyegori Wa Sofapaka Yatahukanye Agashimwe Kangana N'Amadorari 1000 $.
Kenye: Justin Ndikumana Umunyegori Wa Sofapaka Yatahukanye Agashimwe Kangana N’Amadorari 1000 $.
Umunyegori wa kabiri w’Intamba Murugamba hamwe n’umurwi wa Sofapaka wo mugihugu ca Kenya, Justin Ndikumana yatowe nk’umukinyi yigenjeje neza gusumba abandi mu kwezi kwa Ntwarante mw’ihiganwa rya Kenya Premier League.
Mu nkino zine Justin Ndikumana yakiniye umurwi wiwe wa Sofapaka mu kwezi kwa gatatu guheze yatsinzwe igitsindo kimwe akuramwo penalty imwe ivyo bikaba bikwiye kuri we gutahukana…
View On WordPress
0 notes
Text
#Burundi #AigleNoir: Kanakimana Bienvenue Niwe Yabaye Umukinyi Yaranze Ukwezi 10.
#Burundi #AigleNoir: Kanakimana Bienvenue Niwe Yabaye Umukinyi Yaranze Ukwezi 10.
Kuri uyu wa gatandatu hariya mu ntara ya Ruyigi niho umusatirizi wo kuruhande w’umugwi wa Aigle Noir C.S, Kanakimana Bienvenu yaronkejwe agashimwe k’umukinyi yaranze ukwezi kwa gitugutu asumbije, Bigirimana Abedi umukinyi wo hagati wa Rukinzo FC hamwe na Musore Aaron umukinyi wa Musongati FC.
Bienvenu yatowe kumajwi 36, hama Abedi Bigirimana atorwa ku majwi 11, Musore Aaron nawe yatowe ku…
View On WordPress
0 notes
Text
Hari Umuntu w’Umugabo Yatowe Ikiziga Mu Bucagucagu Bwo Kuri Uyu Wa Gatano Muri Zone YAa Bwiza.
Hari Umuntu w’Umugabo Yatowe Ikiziga Mu Bucagucagu Bwo Kuri Uyu Wa Gatano Muri Zone YAa Bwiza.
Hari umuntu w’umugabo yatowe ikiziga mu bucagucagu bwo kuri uyu wa gatano muri zone ya Bwiza mu gisagara ca Bujumbura. Inkuru ziva mu gipolisi zimenyesha yuko uyo mugabo azi kw’izina rya Christophe NDAYIKENGURUKIYE aturuka muri zone Buragama mu ntara ya Muramvya . Ikiziga ciwe kikaba catowe kw’ibarabara ry’indwi mu bwiza mu gihe c’isaha cumi. Akaba ngo yarasanzwe aba kuri iryo barabara nyene…
View On WordPress
0 notes
Text
#BBC: US na UK bemeye gufasha mw'itohoza ku rupfu rw'umukozi w'akanama k'amatora muri Kenya
#BBC: US na UK bemeye gufasha mw’itohoza ku rupfu rw’umukozi w’akanama k’amatora muri Kenya
[ad_1] Uwufise ububasha kw’isanamu Reuters Image caption Chris Msando yatowe mu mpera z’indwi iheze yapfuye, yari yaramenyesheje ko ubuzima bwiwe bubangamiwe Leta Zunze Ubumwe za Amerika (US) hamwe n’Ubwongereza (UK) bemeye gufasha mw’itohoza ryo kumenya abishe uwarajejwe igisata c’itumanako mu kanama kajejwe amatora muri Kenya, niko ikinyamakuru co muri Kenya camenyesheje. Uwufise ububasha…
View On WordPress
0 notes
Text
#VOA: Polisi Yafunze Bane Kubera Ubusuma i Ngozi
#VOA: Polisi Yafunze Bane Kubera Ubusuma i Ngozi
[ad_1] Mu ntara ya Ngozi, igipolisi kivuga ko kimaze gufata abantu 4 bagirizwa ubusuma hakoreshejwe amayeri, bashurashuza n’abakenyezi ku nguvu biyitirira abakozi b’igendereza. Pierre Nkurikiye umuvugizi w’igipolisi yavuze ko mu bafashwe harimwo umukozi w’ihoteri Ganza, akavuga ko iyo hoteri ariyo yarayemwo umugabo yatowe ikiziga mu modokari y’uwahoze ari umushingamateka amaze igihe yarabuze.…
View On WordPress
0 notes
Text
#VOA: Umugambi Wo Kwumvikanisha Uburundi N'U Rwanda
#VOA: Umugambi Wo Kwumvikanisha Uburundi N’U Rwanda
[ad_1] Umunyarwandakazi Madame Immaculee Ingabire niwe yatowe kur’ uyu wa gatanu ngo arongore urunani rw’amashirahamwe yigenga yo mu karere ka Afrika y’ubuseruko yose (East African Civil Society Organizations’ Forum). Inzego nshasha zivuga ko icihutirwa ar’ukuba umuhuza kugira amatati ari hagati y’Uburundi n’u Rwanda arangire. Izo nzego zibabazwa n’uko abanyagihugu aribo bahagirira ingorane…
View On WordPress
0 notes