#ibisagara
Explore tagged Tumblr posts
Text
#BBC: Imyuzure yateye ibisagara muri Australia
#BBC: Imyuzure yateye ibisagara muri Australia
[ad_1] Uduce two mu ntara za Queensland na New South Wales muri Australia twarengewe n’amazi y’imvura. Imvura y’igihuhusi yateye uduce tubamwo abantu benshi mu gihe ibisigarira vy’igihuhusi Debbie vyatandukiye inkengera zo mu buseruko. Mu gihe imyuzure yaguma yiyongera mu bisagara bimwe bimwe, abafotora bafashe amasanamu y’ingene abantu bariko bagenzura ivyononekaye. Uwufise ububasha kw’isanamu…
View On WordPress
0 notes
Photo
(Mrk.1:4,5) 《*Yohana yabatiza mu bugararwa, yigisha ukubatizwa kwo kwihana ngo baharirwe ivyaha. *Igihugu c'i Yudaya cose, n'abo i Yerusalemu bose bava iwabo, baza kuri we, ababatiriza mu ruzi Yorodani, batuye ivyaha vyabo.》 Uravye iyi nkuru, abantu barata ibisagara, bagata amazu yabo meza, amatungo yabo n'ivyubahiro vyabo bakavyibagira ariko bagasanga YOHANA mu bugararwa. Uyo, yambara ubwoya bw'ingamiya akenyeje umukanda w'urusato, agatungwa n'inzige n'ubuki bwo mw'ishamba, ariko abantu bose bakaza kuri we. Umva s'ivy'utunze, ubwiza canke ikibanza urimwo kizogukwegerako abantu, oya. Ariko umva, UBUNTU buri muri wewe buzogukorera, kuko ico abantu bakeneye kiri muri wewe. NB: Witwararike ukubaho kwa KRISTO YESU mu buzima bwawe, ibindi vyose bizikora Ndabakunda kandi ndabubashe cane. #MASEZERANO #IHIMBAZWE #WAMCNY (à Bujumbura, Burundi) https://www.instagram.com/p/B5sQXkZhX-y/?igshid=1v7hc6xbovvv1
0 notes
Photo
(Imig.11:11) Umuhezagiro w'ABAGOROROTSI ushira IGISAGARA hejuru. Ariko akanwa k'abanyakibi karagisangangura. Ndasenga ngo Imana Ihezagire birushirije abagororotsi aho bari hose, kugira imiryango ishirwe hejuru, ibisagara, igihugu cose mw'Izina rya KRISTO YESU. NB: Uwu n'umugabane w'ABAGOROROTSI, niba utarizera KRISTO YESU, umwanya wawe n'uyu, tera intambwe wizere urabon'ubwiza bw'Imana. Ndabakunda kandi ndabubashe cane. #MbayehoNgoNshime #WorshipTour #Happy_Weekend #MASEZERANO #WAMCNY (à Bujumbura, Burundi) https://www.instagram.com/p/BxmISWThrBp/?igshid=adwiee9itz8
0 notes
Text
Coupe du monde 2018: Ibisagara 11 bigize igihugu c’uburusiya hamwe n’ibibuga 13 nivyo bizokwakira inkino z’igikombe c’isi yose.
Coupe du monde 2018: Ibisagara 11 bigize igihugu c’uburusiya hamwe n’ibibuga 13 nivyo bizokwakira inkino z’igikombe c’isi yose.
Stade Loujniki izo kwakira finale ya coupe du monde 2018
Mugihe hasigaye imisi mike gusa kugira ngo igikombe c’isi yose gitangure, inkino zikaba zitegekanijwe gutangura icese itariki 14 Ruheshi,izo nkino zose zikazobera mu gihugu c’uburusiya mu bisagara 11 bitandukanye bigize ico gihugu hamwe n’ibibuga 13 nivyo bizokwakira ico gikombe kigira 21 mu mateka yaco muri bino bisagara bizokwakira izo…
View On WordPress
0 notes