Tumgik
#Intamba Mu Rugamba
magaratimes · 5 years
Text
#Burundi #CHAN2020: Intamba mu Rugamba uhejeje kumaramazwa na Uganda Cranes imuhira.
#Burundi #CHAN2020: Intamba mu Rugamba uhejeje kumaramazwa na Uganda Cranes imuhira.
Umurwi  nserukiragihugu Intamba mu Rugamba uhejeje kumaramarizwa muhira n’umurwi nserukiragihugu wa Uganda (The Cranes)  ibitsindo (0-3) Mu rukino rwanyuma rwokurondera itike z’ingikombe ca CHAN 2020 zizobera mugihugu ca Cameroun.
Tumblr media
Uganda yagiye kuruhuka igice ca mbere ifise igitsindo (1-0) cinjijwe na Viane SSEKAJUGO. Igice ca kabiri Abagande baraza kandi  bazikenyereye cane basubira kuronka…
View On WordPress
0 notes
futbolconcafe · 5 years
Text
Burundi abre un 'crowdfunding' para jugar la primera Copa de África de su historia
SPORTYOU
El país centroafricano se ha clasificado por primera vez para el torneo de selecciones, pero no tiene fondos para participar.
La República de Burundi no está muy acostumbrada a grandes alegrías deportivas. De hecho, es uno de los países más pobres del mundo, con el segundo PIB per cápita más bajo del continente africano según el Banco Mundial, envuelto en constantes guerras civiles, corrupción y un empobrecimiento masivo.
Por eso, la clasificación de su selección de fútbol para la Copa de África, el torneo de selecciones más importante, ha sido considerado un asunto de estado. Por primera vez en su historia van a disputar el campeonato que se celebrará en Egipto, si bien tienen un serio problema: no tienen fondos.
⚽🏆Revivons en images ce jour où les Intamba mu rugamba ont écrit une nouvelle page de l'histoire du #Burundi en se qualifiant pour la toute première fois à la coupe d'Afrique des nations.#BurundiVsGabon #AFCON2019Q #IntambamuRugamba @R_Ndikuriyo @BurundiGov @Burundi1VP pic.twitter.com/8QKlCfsNny
— F.F.B (@BurundiFF) March 25, 2019
Así, han decidido pedir ayuda al resto del mundo y han abierto una recogida de fondos a través de una cuenta bancaria para cubrir los 290.000 euros de gastos que tiene el torneo. Ndikuriyo Reverien, presidente de la Federación de Fútbol de Burundi, pidió públicamente apoyo no sólo a la sociedad, sino al propio estado. "Tenemos un presupuesto de 177.000 euros, pero en vista de los gastos, de los billetes de avión... Es importante que los que tienen medios, como el Estado, nos apoyen", solicitó.
Mediante este 'crowdfunding' quieren no sólo disputar la Copa de África, sino que también pretenden que el fútbol se convierta en un vehículo de desarrollo para el país. Así, Reverien no sólo pidió ayuda al Gobierno, sino también a los burundeses que puedan aportar algo, por poco que sea. "A todos ellos les pedimos que nos ayuden. Hemos abierto una cuenta bancaria a través de la cual la gente puede dar sus contribuciones vía telefónica", explicó ante los medios.
Le président de la Fédération de Football du #Burundi @BurundiFF @R_Ndikuriyo vient d'animer une conférence de presse sur la qualification de l'équipe nationale Intamba mû Rugamba: "Je remercie tous les burundais qui ont soutenu l'équipe jusqu'à sa qualification pour la #CAN2019" pic.twitter.com/HdpAvtowwD
— F.F.B (@BurundiFF) April 8, 2019
from Fútbol - Noticias, Fotos, Encuestas y Trivials de Fútbol en 20minutos.es https://www.20minutos.es/deportes/noticia/burundi-seleccion-copa-africa-crowdfunding-3612693/0/ via IFTTT
2 notes · View notes
magaratimesfm · 4 years
Text
#RMT: Umukuru w' Igihugu Evariste Ndayishimiye yabwiye abakinyi b' Intamba mu Rugamba ati : "Naje kugira ndabahe morale" .... - #RMTUpDates
#RMT: Umukuru w’ Igihugu Evariste Ndayishimiye yabwiye abakinyi b’ Intamba mu Rugamba ati : “Naje kugira ndabahe morale” …. – #RMTUpDates
Umukuru w’ Igihugu Evariste Ndayishimiye yabwiye abakinyi b’ Intamba mu Rugamba ati : “Naje kugira ndabahe morale” . Abarundi bose barizeye intsinzi. Source
Tumblr media
View On WordPress
0 notes
zonefoot · 4 years
Photo
Tumblr media
C'est la grosse attraction de cette nouvelle saison.Le jeune joueur défenseur de formation fait l'unanimité dans le championnat Burundais,des prouesses qui lui permettent de s’entraîner déjà avec la sélection du pays.L'ex joueur de OLYMPIC FC est à deux doit d'intégrer Intamba mu Rugamba les hirondelles en langue locale,l'équipe nationale du Burundi. Son parcours en cinq ans lui a valu ce qu'il est aujourd'hui.D'abord à Olympique Stars,club formateur,ensuite OC Muungano en RDC,et puis retour dans son club formateur pour l'aider à engranger des lauriers.Toute suite,le jeune défenseur s'active et l'équipe sous son règne remporte en… [ 238 more words ] https://zonefoot.net/2020/04/15/burundi-decouverte-christien-nahayo-tout-le-pays-en-parle/
0 notes
afroinsider · 5 years
Text
FFB calls on Burundians to support national team for AFCON 2019
FFB calls on Burundians to support national team for AFCON 2019
Sports The chairperson of Burundi Football Federation-FFB has officially launched a campaign to support Intamba mu rugamba national team who will participate in the Africa Cup of Nations to take place in Egypt in June 2019.
View On WordPress
0 notes
magarastarfc · 6 years
Text
Intamba Mu Rugamba U20, Pre-selection of twenty-five players convened for preparation against Ethiopia – Magara Times
#MagaraTimes: https://goo.gl/Wv3Q7S cc: @JCNsengiyumva @SFABurundi
0 notes
gitazastarfc-blog · 6 years
Text
Intamba Mu Rugamba U20, Pre-selection of twenty-five players convened for preparation against Ethiopia – Magara Times
http://magaratimes.com/en/2018/04/11/intamba-mu-rugamba-u20-pre-selection-of-twenty-five-players-convened-for-preparation-against-ethiopia-magara-times/?utm_source=dlvr.it&utm_medium=tumblr #Burundi #SFABurundi @JCNsengiyumva
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
#Burundi: Intamba mu rugamba urutonde rw'abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga murukino rwa Mali.
#Burundi: Intamba mu rugamba urutonde rw’abakinyi 11 baza gutangura mu kibuga murukino rwa Mali.
Umumenyereza w’intamba mu rugamba  Alain Olivier Niyungeko batazira “Mutombora” yashimye kugarukana umukenyuro yakinishije igihe yatanye mu mitwe n’igihugu ca Gabon, umukenyuro wa 3-5-2  mu rukino agiye gutana mu mitwe n’igihugu ca Mali kuruyu  wa gatanu murukino ruza kuba igihe c’isaha 21H00  amasaha ya hano iwacu. Ntiyashimye guhindura kinini ufatiye kandi ku bakinyi yakinishije igihe yahuye na…
View On WordPress
0 notes
touchrwanda · 7 years
Text
Inkuru nziza ku bakunzi ba Rayon Sport
Inkuru nziza ku bakunzi ba Rayon Sport
Ikipe ya Rayon Sports yamaze gusinyisha rutahizamu ukomeye wo mu Burundi witwa Bimenyimana Bonfils Caleb amasezerano y’imyaka ibiri nyuma yo kwitwara neza mu mukino wa gicuti. Bimenyimana Bonfils Caleb yasinye amasezerano y’imyaka ibiri muri Rayon Sport Bonfils Caleb aje avuye mu ikipe ya Vital’o FC mu Burundi akaba kandi akinira ikipe y’igihugu Intamba ku rugamba. Mu mukino wa gicuti waraye…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
#Burundi/ Intamba mu rugamba urutonde rw'abakinyi 18 rugiye gutana mumitwe na Mali rwashizwe ahabonwa.
#Burundi/ Intamba mu rugamba urutonde rw’abakinyi 18 rugiye gutana mumitwe na Mali rwashizwe ahabonwa.
Umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko yasohoye urutonde rw’abakinyi 18 bazotana mu mitwe n’igihugu ca Mali muri Bamako mu ndwi ya gatatu yo kurondera itike yokuja mu gikombe ca Afrika CAN 2019 kizobera mu gihugu ca Cameroun.
Ifoto ya FFB.
Muri runo rutonde ntampinduka nyinshi zahabaye ufatiye kurutonde rwatanye mu mitwe n’igihugu ca Gabon, kiretse umukinyi umwe gusa…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Intamba mu rugamba/ Alain Olivier Niyungeko ntiyakinye umukenyuro wo kuzibira. Bivurwa na Constantin Mutima.
Intamba mu rugamba/ Alain Olivier Niyungeko ntiyakinye umukenyuro wo kuzibira. Bivurwa na Constantin Mutima.
Constantin Mutima asanzwe ajejwe ivyo gukurikiranira hafi abakinyi ba barundi basanzwe bakina hanze y’igihugu c’Uburundi (Scout) ahanini abakinyi basanzwe bakinira ku mugabane wa buraya, abicishije kurubuga ngurukana bumenyi bwiwe bwa Facebook yashikirije amajambo yo gushigikira umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko batazira “Mutombora” inyuma yaho aherutse kunganya n’igihugu…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Intamba mu rugamba/ Urutonde rw'abakinyi 22 berekeje muri Gabon.
Intamba mu rugamba/ Urutonde rw’abakinyi 22 berekeje muri Gabon.
Ishirahamwe ry’umupira wa maguru mu Burundi FFB, yasohoye urutonde rw’abakinyi 22 bashizwe ahabona n’umumenyereza mukuru w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyungeko babicishije kuri Page Facebook yabo. Abo bakinyi nabo akaba araba bakurikira:
1)Nahimana jonathan 2)Ntibahezwa Dieudonné 3)Nsabiyumva frederic 4)Moussa omar 5)Nshimirimana David 6)Nduwarugira christophe 7)Harerimana Rachid Leon 8)Nizi…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Intamba mu Rugamba/ Ntasubirwamwo Yamin Selemani ntagiye kugaragara murukino ruzobahuza na Gabon.
Intamba mu Rugamba/ Ntasubirwamwo Yamin Selemani ntagiye kugaragara murukino ruzobahuza na Gabon.
Kizigenza w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selemani ntagiye kugaragara mu rukino ruzohuza Uburundi na Gabon, itariki 9 Nyakanga 2018 ruzobera i Libreville, rwo mundwi ya 2 yo kurondera itike ya CAN 2019.
                                                                       Copy right AKEZAnet
Ibibazo vy’imvune nivyo bitumye Yamin Selemani ataza kuboneka mururwo…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Urutonde rw’abakinyi batanguye mu kibuga kuruhande rw’intamba mu rugamba zose.
Urutonde rw’abakinyi batanguye mu kibuga kuruhande rw’intamba mu rugamba zose.
Murukino rwa kivandimwe hagati y’intamba mu rugamba za bakuze n’izabatarenza imyaka 20 ruriko rubera kukibuga c’ikigo kijejwe ubuhinga (CTN) muri Zone Ngagara muri komine Ntahangwa mu gisagara ca Bujumbura.                                                         Intamba mu rugamba Senior
Kuruhande rw’intmba z’abakuze Alain Olivier Niyungeko Mutombora yatanguje aba bakurikira:
Intamba mu Rugamba…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
BURUNDI U-20: Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 urutonde rw’abakinyi 18 bagiye kwerekeza muri Sudan bashizwe ahabona.
BURUNDI U-20: Intamba mu rugamba zabatarenza imyaka 20 urutonde rw’abakinyi 18 bagiye kwerekeza muri Sudan bashizwe ahabona.
Inyuma yo kunganya kimwe ku kindi n’igihugu ca Sudan mu rukino rwa mbere rwo kurondera itike ya CAN 2019 za batarenza imyaka 20 zizobera mu gihugu ca Niger, Joslin BIPFUBUSA umumenyereza mukuru kuruyu wa kane yashize ahabona urutonde rw’abakinyi 18 agiye kw’ifashisha mu rukino rwo gusubiriza ruzobera mu gihugu ca Sudan. Nabo naba bakurikira:
Abanyegori.
RUKUNDO Onésime (GK Messager Ngozi)
NDUWIM…
View On WordPress
0 notes
magaratimes · 6 years
Text
Olympic Star yoba yaragize uruhara rwo Kudatumwako Slim Saidi mu ntamba murugamba za batarenza imyaka 20?
Olympic Star yoba yaragize uruhara rwo Kudatumwako Slim Saidi mu ntamba murugamba za batarenza imyaka 20?
PhotoMishe Mishe Slim Saidi ibubamfu Francois wa Messager Bujumbura iburyo
Mugihe benshi babandanya bibaza impamvu umusatirizi akomeye cane wa Olympic star Slim Saidi adahamagarwa mu ntamba mu rugamba zabari musi y’imyaka 20, munsiguro zatanzwe n’umumenyereza w’intamba mu rugamba zabo batarenza imyaka 20 Joslin BIPFUBUSA nuko uyo musatirizi afise imyaka irenga n’iyisabwa n’amategeko yiryo higanwa…
View On WordPress
0 notes