ericnimf
ericnimf
Untitled
36 posts
Don't wanna be here? Send us removal request.
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
*Murino myaka abantu bafise ingorane nyinshi mu menyo: amenyo acafuye,avunguka,aryana,ajigurwa,yimburutse, ni kubera imiti y'amenyo myinshi ikoranywe ibintu vyonona amenyo n'amagufa nka Fluoride nibindi...* *Abantu twarakorewe umuti w'menyo ukozwe muri Aloe V茅ra, n'ubuki,.* *Akamaro kawo* A. *MU KANWA* 1.Uroza amenyo neza ubucafu bukavako 2.urakura kandi ugakinga carie dentaire,inkorora, grippe, anjine 3.urafasha kumenyo aryana bigahera 4.urakura kujigurwa (irubaka agakoba kagumye kari kumenyo kameze nk'aka dusanga kunzara) 5. urakomeza amenyo 6. urakura kuva amaraso mu kanwa 7. urakura kumota nabi mu kanwa 8. urakinga gusesemwa: kwumva wodahwa 9. uraryoshe mu kanwa. B. *MU MIHOGO* 10. urakinga inkorora na grippe mu kwica imigera (virus) ibitera duhura nayo kumunsi kumunsi 11. urakinga gusarara 12. urakinga anjine C. *MU NDA* 13. urakura kwuzura inda (urafyonda ukamira) 14. uratuma imfungurwa zihoka neza 15. urahumuza (calmer) estomac 16. urahwamika (calmer) amibe 17. urakura kuribwa mu nda 18. uratera akayabagu 19. uragabanya umwuka mubi wo mumushishito 20. uragabanya akaborerwe D. *KU RUKOBA* 21. urakura ibisekera (bitobito) 22.urapfuvya ubushe 23. urafasha kubikomere (bitobito) 24. uragabanya ububabare aho umuntu yiduduye 25. urayonza ibihute E. *MU GIHIMBA CIRONDOKA C'ABAGORE N'ABIGEME* 26.Barayikoresha mu gitsina gore mu ntumbero yokwikingira imigera 27. urakiza udukomere turi mu gitsina 28. urakinga igihimba cirondoka kuyumbirana (D茅chirure vaginale) 29. urica imigera itera indwara mu gitsina gore 30. Urafasha cane umukenyezi canke umwigeme ashaka kugabanya ubwaguke bwigitsina. *Menya neza kuwuronka uwu muti w'amenyo canke arico ubaza wohamagara +25779402574/69954110 (Whats,SMS,appel)* *Mfasha Ubu butumwa uburungikire abagenzi bawe woba ufise* #bujumbura #Gitega #Bururi #karusi #muramvya https://www.instagram.com/p/CCZlm3JhDS1/?igshid=jn4f626okfir
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
Aloe blossom herbal tea. This tea will help you to feel better. #beautiful #Promotion #lookdodia #lookbetterfeelbetterlivebetter #fitnessmodel https://www.instagram.com/p/CB3CJL0Buqs/?igshid=8r7evcjigk9g
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
We are happy https://www.instagram.com/p/CBvMenIBt79/?igshid=f6s6lsmktk7e
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
Une seance de motivation pour vous. Entree gr https://www.instagram.com/p/CBvFgRNBCZV/?igshid=kg7cws617kkz
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
You can look and feel better Start to manage your weight with C9 program. For more informations can't act +25779402574 0r inbox me #Promotion #weightloss #weight #fitnessgoals #fitnessmodel #Bujumbura #foreverproud #foreverroyal https://www.instagram.com/p/CBuagh8FivD/?igshid=1bkqel67zqby4
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
You can detoxfy your body, manage you weight, look and feel better by taking this program. For more informatins inbox me or call +25779402574 #weightloss #weight #foreverproud #fitnessgoals #fitnessmodel #Bujumbura #covid_19 #sion#sant茅 #canada #congolese #construction #confidence #bodybuilding https://www.instagram.com/p/CBhgPmGh6fA/?igshid=1c5wj25mu4b1l
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
Entretenez vos os et articulations en prenant Forever Freedom. https://www.instagram.com/p/CBQ5b3GBf4p/?igshid=11q5pnuo3t6pr
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
Unyoye cocktail yivyo binyobwa ntayindi wokwihereza. Mukeneye kumenya vyinshi mwoturondera kuri +25779402574 https://www.instagram.com/p/CBJCafgBb1I/?igshid=vrhi7my91rf5
0 notes
ericnimf 5 years ago
Video
instagram
I bifungurwa vyayo bibabere umuti https://www.instagram.com/p/CBCAscOBMhM/?igshid=1484zve4l6q53
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
I love you https://www.instagram.com/p/CBAI4jsB1Oc/?igshid=yl7q73kx5fqd
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
*Royal Jelly anti-stress naturel* Muri kino gihe haragaragara ibibazo bitandukanye vy' amagara. Wari uzi ko ingorane zitari nkeya ushobora kuzirinda mu kwihereza ingaburo. *ROYAL JELLY* ni ingaburo ikozwe mu buki, yateguwe n ishirahamwe rikora ingaburo aloe vera company rifise icicaro gikuru muri USA. Nayo ishobora kugufasha ibi bikurikira: 1. Ni anti stress naturel 2. Iraheza ivyo kuguma umenetse umutwe (migraines) 3.iraduza syst猫me immunitaire gutyo bigatuma umuntu at aguma agwaragurika 4.irafasha cane amafyigo, pancreas hamwe n' igitigu 5.iratuma ugira akabiri keza 6.irongerereza inguvu n intanga ku bagabo 7.iratuma uwuyifashe agira ubushake bwo guhuza ibitsina 8.irakabura inkabuzo mu gihe zisinziriye 9.irafasha appareil digestif kuguma imeze neza 10. Irafasha mu gihe umuntu afise ingorane zo gutakaza amagufa (osteoroporose) 11. Irafasha mu gihe umuntu afise ibikomere 12.Irafasha guheza ibibazo bitari bike bivuye kuri m茅nopause 13. Irafasha kugira ubwiza, Urukoba rwiza n imishatsi myiza yoroshe 14. Iratuma ubwonko bukora neza 15. Iratuma umutima utera neza, igatuma amaraso aba afise ibiyagize bikwiye Irakora n ibindi vyinshi. Urashobora kuyihereza kugira ukingire umubiri kugira ibibazo bitandukanye kandi ugumane amagara meza. Muyikeneye mwotwakura kuri : *+25779402574/ +25769954110 (appel , sms & whatsapp)* *Eric Nimfasha* ubu butumwa buhereze uwo wipfuriza amagara meza. Kanda j aime kandi ugire s abonner a la page #buja #covid19 #coronavirus #stayhome #Tanzania #kigalilife #kinyarwanda #Promotion #likeforfollowers https://www.instagram.com/p/CA8iIjYFOTV/?igshid=hin0aolo6oui
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
I and my beautiful wife https://www.instagram.com/p/CA3ZZ-MhxdK/?igshid=1fon1c5jo70dw
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
Maintain your joints and muscles. Your whole body will be healthy For more information inbox me #Bujumbura #fitnessgoals #healthylifestyle #weight #joint #bodypositive #buildingmuscle https://www.instagram.com/p/CAoUFvKhutG/?igshid=c1in95gzibq7
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
Cher amis, hommes maries et celibataires ne rate pas cette formation speciale pour hommes. Pour plus d infos appelez +25779402574 #buja #covid19 #stayhome #Promotion #burundi #sion #brarudi #love #kinyarwanda #kigalilife #naturelovers #ngozi #ngagara #rohero #kiriri #kamenge #gihosha https://www.instagram.com/p/CAgG_cBBm1u/?igshid=te0sqom3t77a
0 notes
ericnimf 5 years ago
Photo
Tumblr media
Soyez les bienvenus ca dimanche. #buja #bujoinspiration #coronavirus #sant茅 https://www.instagram.com/p/CAfENWyB5j6/?igshid=1q0a3h46v24zj
0 notes